Imikino

El Classico: Abakinnyi bayoboye abandi mu kwinjiza ibitego

December-02
10:16 AM 2016

Umukino EL CLASSICO urangwa n’ihangana rikomeye hagati y’amakipe y’imigi ibiri Real Madrid yo muri Madrid na Balcelona y’I catalogna aho abafana bose baba biteze imvura y ibitego ku busatirizi bw’amakipe yombi buzwi nka BBC(Bale Benzema na Cristiano na MSN (Messi Suarez na Neymar) .

Nk’uko tubikesha urubuga rwa facebook ya UEFA champions league hagaragajwe abakinyi bamaze gutsinda ibitego byinshi kuri uyu mukino uzwi nka El classico .

Umukinnyi Lionel Messi niwe umaze gutsinda ibitego byinshi.Dore Uko bakurikirana kugeza kuri Messi ubayoboye
12.Karim Benzema RMA(ibitego8) 11.Joseph Samitier RMA/FCB(ibitego10) 10.Juanito RMA(ibitego10) 9.Hugo Sanchez RMA(10buts) 8.Carlos Santilanna RMA(ibitego12) 7.Francisco Cento RMA(ibitego14) 6. Cesar FCB (ibitego14) 5.Ferenc Puskas RMA(ibitego14) 4.Raul Gonzalez RMA(ibitego15)3.Cristiano RMA(ibitego15)2.Alfredo Di Stefano RMA(ibitego18)1.Lionnel Messi FCB(ibitego21).

Uru rutonde rugaragazamo abakinnyi benshi ba Real .

Share

Andika igitekerezo

E-mail yanyu ntaho izagaragazwa.
Ahari aka kamenyetso * ningombwa kuhuzuza